Skip to content
غَافِر /

Ayah 25

40 : 25
غَافِر Ayahs 85
Surah · غَافِر
Ikirundi · Gehiti
40 : 25

فَلَمَّا جَآءَهُم بِٱلۡحَقِّ مِنۡ عِندِنَا قَالُواْ ٱقۡتُلُوٓاْ أَبۡنَآءَ ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ مَعَهُۥ وَٱسۡتَحۡيُواْ نِسَآءَهُمۡۚ وَمَا كَيۡدُ ٱلۡكَٰفِرِينَ إِلَّا فِي ضَلَٰلٖ

Igihe rero Musa yazana ibitangaro vy’ukuri bivuye iwacu Twebwe Allah, ntibamuhakanye ngo bamurwanye gusa, ahubwo barinamuye bavuga bati: “Nimwice abana bose b’abahungu bavyarwa n’abemeye Musa, muheze musigaze abakobwa babo tuzobagire abajakazi bacu”. Burya, gukoresha urwenge kw’abagarariji mu kurwanya idini, nta co kubagezako kiretse uguhona n’ubuhuvyi.