Skip to content
النِّسَاء /

Ayah 169

4 : 169
النِّسَاء Ayahs 176
4 : 169

إِلَّا طَرِيقَ جَهَنَّمَ خَٰلِدِينَ فِيهَآ أَبَدٗاۚ وَكَانَ ذَٰلِكَ عَلَى ٱللَّهِ يَسِيرٗا

Kiretse inzira ibashikana mu muriro wa Jahannamu, bazowubamwo ibihe bidahera, mu bihano vyamaho. Kandi rero, ivyo ku Mana Allah biroroshe.