Skip to content
النِّسَاء /

Ayah 126

4 : 126
النِّسَاء Ayahs 176
4 : 126

وَلِلَّهِ مَا فِي ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَمَا فِي ٱلۡأَرۡضِۚ وَكَانَ ٱللَّهُ بِكُلِّ شَيۡءٖ مُّحِيطٗا

Imana Allah ni Yo Rugaba Igaba Ikaganza ibiri mu majuru n’ibiri mw’isi n’ibiri hagati yavyo. Burya Imana Allah mu bumenyi bwayo Yamye Ikikuje ibintu vyose, nta kiyinyegeje muri vyo.