Skip to content
صٓ /

Ayah 44

38 : 44

Ayah 44 of صٓ (38 : 44). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

صٓ Ayahs 88
Surah · صٓ
Ikirundi · Gehiti
38 : 44

وَخُذۡ بِيَدِكَ ضِغۡثٗا فَٱضۡرِب بِّهِۦ وَلَا تَحۡنَثۡۗ إِنَّا وَجَدۡنَٰهُ صَابِرٗاۚ نِّعۡمَ ٱلۡعَبۡدُ إِنَّهُۥٓ أَوَّابٞ

Maze Tumubwira kandi Duti: “Fata umukama w’ubwatsi uwukubitishe umukenyezi wawe, mu gushira mu ngiro indahiro yawe kugira ntuyirengekoˮ. Mu vy’ukuri Twebwe Allah, Twasanze Ayubu ari umuntu yihanganira koko igeragezwa, yari n’Umuja mwiza, yatewe iteka akarigendera koko. Mu vy’ukuri, yarigaya cane akagaruka kenshi ku Mana Allah.

Explanation & meanings · 1
  1. Iyo ndahiro yari yuko niyaramuka akize, azokubita umukenyezi wiwe inkoni ijana, kuko uwo musi yari yatevye kugaruka kumuraba aho yari arwariye.