Skip to content
فَاطِر /

Ayah 36

35 : 36

Ayah 36 of فَاطِر (35 : 36). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

فَاطِر Ayahs 45
Surah · فَاطِر
Ikirundi · Gehiti
35 : 36

وَٱلَّذِينَ كَفَرُواْ لَهُمۡ نَارُ جَهَنَّمَ لَا يُقۡضَىٰ عَلَيۡهِمۡ فَيَمُوتُواْ وَلَا يُخَفَّفُ عَنۡهُم مِّنۡ عَذَابِهَاۚ كَذَٰلِكَ نَجۡزِي كُلَّ كَفُورٖ

Nayo abagararije Imana Allah n’Intumwa yayo, bategekanirijwe umuriro wa Jahannamu, aho batazokwigera bapfa ngo bawuruhuke; eka ntibazonatezurirwa mu bihano vy’urutavanako, ni nk’ukwo rero Twebwe Allah, Duhana uwimonogoje mu bugarariji.