Skip to content
الأحزَاب /

Ayah 49

33 : 49

Ayah 49 of الأحزَاب (33 : 49). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الأحزَاب Ayahs 73
Surah · الأحزَاب
Ikirundi · Gehiti
33 : 49

يَٰٓأَيُّهَا ٱلَّذِينَ ءَامَنُوٓاْ إِذَا نَكَحۡتُمُ ٱلۡمُؤۡمِنَٰتِ ثُمَّ طَلَّقۡتُمُوهُنَّ مِن قَبۡلِ أَن تَمَسُّوهُنَّ فَمَا لَكُمۡ عَلَيۡهِنَّ مِنۡ عِدَّةٖ تَعۡتَدُّونَهَاۖ فَمَتِّعُوهُنَّ وَسَرِّحُوهُنَّ سَرَاحٗا جَمِيلٗا

Emwe bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo! Nimwashingirwa abemeramanakazi, hanyuma mukahukana na bo imbere yuko murangurana amabanga y’abubatse, muri ico gihe nta kwaramira ukwahukana muzobaharurako. Muraheza rero mugire ico mubatekereye mwisunze ubushobozi bwanyu, maze mwahukane na bo ku neza.

Explanation & meanings · 1
  1. Iryo tekererwa ry’umukenyezi yahukanye, ni ingingo yubahirizwa mu ntumbero yo gushumbusha nya mukenyezi yahukanye ku mvo zitamuvuyeko.