30 : 36
وَإِذَآ أَذَقۡنَا ٱلنَّاسَ رَحۡمَةٗ فَرِحُواْ بِهَاۖ وَإِن تُصِبۡهُمۡ سَيِّئَةُۢ بِمَا قَدَّمَتۡ أَيۡدِيهِمۡ إِذَا هُمۡ يَقۡنَطُونَ
Iyo rero abantu Tubahonjeje ku mpuhwe zacu bakagira amahirwe mu buzima, baca banezerwa bakihambaza n’amanyama n’akantu, ha kudushimira. Iyo naho bashikiwe n’amagorwa mu buzima biturutse ku vyaha vyabo, baca bihebura bagahungabana.
Explanation & meanings · 3
- Nko kugira amagara meza, kuronka ibibondo n’ibibabeshaho, n’ibindi.
- Nko kurwara, gukena, gutekerwa n’ubwoba, n’ibindi.
- Ukwo, ni ko abenshi mu bantu bateye mu gihe c’amahirwe no mu gihe c’amarushwa.