Skip to content
العَنكبُوت /

Ayah 53

29 : 53
العَنكبُوت Ayahs 69
29 : 53

وَيَسۡتَعۡجِلُونَكَ بِٱلۡعَذَابِ وَلَوۡلَآ أَجَلٞ مُّسَمّٗى لَّجَآءَهُمُ ٱلۡعَذَابُۚ وَلَيَأۡتِيَنَّهُم بَغۡتَةٗ وَهُمۡ لَا يَشۡعُرُونَ

Ntumwa y’Imana! Ababangikanyamana bihutira gusaba ku gutebura ko wobasabira ibihano. Iyo Imana Allah Itagena isango ntarengwa ryo kubahana kw’isi, bari gushikirwa n’ivyo bihano bisabira. Ni ukuri, ivyo bihano bizobashikira giturumbuka ata n’ivyo biteguriye.