Skip to content
Al-Qaswasw /

Ayah 55

28 : 55

Ayah 55 of Al-Qaswasw (28 : 55). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Al-Qaswasw Ayahs 88
Surah · Al-Qaswasw
Ikirundi · Gehiti
28 : 55

وَإِذَا سَمِعُواْ ٱللَّغۡوَ أَعۡرَضُواْ عَنۡهُ وَقَالُواْ لَنَآ أَعۡمَٰلُنَا وَلَكُمۡ أَعۡمَٰلُكُمۡ سَلَٰمٌ عَلَيۡكُمۡ لَا نَبۡتَغِي ٱلۡجَٰهِلِينَ

N’iyo bumvise amajambo y’imburakimazi barayirengagiza, ntibigera bayatega ugutwi, bagaheza bakavuga bati: “Turafise ibikorwa vyiza dukora tudahesha, na mwe nyene murafise ibikorwa vyanyu mukora muzohemberwa, nta mwanya rero dutakaza mu kubishura mu mpari, nta n’ico mutwumvako atari iciza no kubipfuriza amahoro, ntitunakunda ingeso mbi n’abantu b’inshirasoni”.

Explanation & meanings · 1
  1. Inyishu nk’izi, ni zo zikwiye gukoreshwa n’abashikirizabutumwa bararikira abantu ukwemera Imana Imwe Rudende Allah.