Skip to content
القَصَص /

Ayah 38

28 : 38
القَصَص Ayahs 88
Surah · القَصَص
Ikirundi · Gehiti
28 : 38

وَقَالَ فِرۡعَوۡنُ يَٰٓأَيُّهَا ٱلۡمَلَأُ مَا عَلِمۡتُ لَكُم مِّنۡ إِلَٰهٍ غَيۡرِي فَأَوۡقِدۡ لِي يَٰهَٰمَٰنُ عَلَى ٱلطِّينِ فَٱجۡعَل لِّي صَرۡحٗا لَّعَلِّيٓ أَطَّلِعُ إِلَىٰٓ إِلَٰهِ مُوسَىٰ وَإِنِّي لَأَظُنُّهُۥ مِنَ ٱلۡكَٰذِبِينَ

Firawuni araheza abwira abunganizi biwe ati: “Emwe bunganizi banje! Sinigeze menya ko mufise iyindi mana mukwiye gusenga atari jewe. Haamaani! Ngirira ifuru yo kwokerezamwo amatafari, uheze unyubakire inyubakwa ndende cane y'umunara w’akataraboneka, ndabe ko hari n’aho noduga mw’ijuru nkabona Imana ya Musa aturarikira gusenga; kandi ni ukuri, nibwira ko Musa yoba ari mu babeshi”.