Skip to content
An-Naml /

Ayah 80

27 : 80

Ayah 80 of An-Naml (27 : 80). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

An-Naml Ayahs 93
Surah · An-Naml
Ikirundi · Gehiti
27 : 80

إِنَّكَ لَا تُسۡمِعُ ٱلۡمَوۡتَىٰ وَلَا تُسۡمِعُ ٱلصُّمَّ ٱلدُّعَآءَ إِذَا وَلَّوۡاْ مُدۡبِرِينَ

Ntumwa y’Imana! Mu vy’ukuri, ntushobora kurongora ibipfamutima bitanyurwa ngo ubishoboze kwumva ukuri ngo bigukurikire, eka ntushobora no kurongora ibipfamatwi ngo ubishoboze kwumva no gutegera ubutumwa, mu gihe bigenza umugongo bikwirengagiza;

Explanation & meanings · 1
  1. Ntumwa y’Imama! Ntugatuntuzwe rero n’ukubona ababangikanyamana batakwemera ngo bagukurikire, kuko bo ni nka ba nyamuragi ntibumva, ni nk’abapfuye ntibanyurwa namba n’aho boba bari hambavu yawe, nkeswe rero mu gihe baguhunga ngo ntibumve n’ubutumwa ubashikiriza.