27 : 72
قُلۡ عَسَىٰٓ أَن يَكُونَ رَدِفَ لَكُم بَعۡضُ ٱلَّذِي تَسۡتَعۡجِلُونَ
Ntumwa y’Imana! Vuga ubwire ababangikanyamana uti: “Tenyenya! Kumbure hari n’aho bimwe mu bihano mwihutisha, vyoba biri hafi gushika”.