Skip to content
النَّمل /

Ayah 71

27 : 71
النَّمل Ayahs 93
Surah · النَّمل
Ikirundi · Gehiti
27 : 71

وَيَقُولُونَ مَتَىٰ هَٰذَا ٱلۡوَعۡدُ إِن كُنتُمۡ صَٰدِقِينَ

Ababangikanyamana bavuga bati: “Iryo sango ryo guhanirwako ku musi w’izuka, rizoshika ryari ga Muhama! Wewe n’abemeramana muri kumwe, nimwaba muri imvugakuri, nimutubwire isango ry’uyo musi!”.