24 : 9
وَٱلۡخَٰمِسَةَ أَنَّ غَضَبَ ٱللَّهِ عَلَيۡهَآ إِن كَانَ مِنَ ٱلصَّٰدِقِينَ
Aheze yongereko n’indahiro igira gatanu yo kwisabira gushavurirwa n’Imana Allah avuga ati: “Ndagashavurirwa n’Imana Allah, umugabo wanje niyaba avugisha ukuri ku caha c’ubusambanyi anyagiriza”. Kuri iyi ndahiro igira gatanu rero, baca bahukanishwa.