24 : 49
وَإِن يَكُن لَّهُمُ ٱلۡحَقُّ يَأۡتُوٓاْ إِلَيۡهِ مُذۡعِنِينَ
Iyo naho nya mugwi ushimye nya ngingo, uraheza ukaza ku Ntumwa (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) wicishije bugufi mu kuyubahiriza.