Skip to content
النور /

Ayah 28

24 : 28

Ayah 28 of النور (24 : 28). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

النور Ayahs 64
Surah · النور
Ikirundi · Gehiti
24 : 28

فَإِن لَّمۡ تَجِدُواْ فِيهَآ أَحَدٗا فَلَا تَدۡخُلُوهَا حَتَّىٰ يُؤۡذَنَ لَكُمۡۖ وَإِن قِيلَ لَكُمُ ٱرۡجِعُواْ فَٱرۡجِعُواْۖ هُوَ أَزۡكَىٰ لَكُمۡۚ وَٱللَّهُ بِمَا تَعۡمَلُونَ عَلِيمٞ

Nimutasanga muri nya mazu umuntu n’umwe abitaba akabaha ikaze, ntimuzoyinjiremwo gushika habonetse uwubitaba. Niyabitaba akanka kubaha ikaze, akabasaba gusubira inyuma, murasubira inyuma mutarinze guhadikiriza, maze mugende mu bwitonzi nta ngere, ico ni na co kibeza gusumba, ha kubona ivyo mutarekuriwe hamwe mwohadikiriza kwinjira. Burya Imana Allah, Irazi neza ivyo mukora vyose, ni Nyenubumenyikurivyose.