Skip to content
المؤمنُون /

Ayah 78

23 : 78

Ayah 78 of المؤمنُون (23 : 78). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

المؤمنُون Ayahs 118
23 : 78

وَهُوَ ٱلَّذِيٓ أَنشَأَ لَكُمُ ٱلسَّمۡعَ وَٱلۡأَبۡصَٰرَ وَٱلۡأَفۡـِٔدَةَۚ قَلِيلٗا مَّا تَشۡكُرُونَ

Bantu! Imana Allah, ni Yo Yabagiriye amatwi kugira mushobore kwumva, Ibagirira n’amaso kugira mushobore kubona, Ibagirira n’imishaha kugira mushobore gutegera muheze mwikebuke. Hamwe n’ivyo vyose rero, mushima gake.