Skip to content
المؤمنُون /

Ayah 77

23 : 77
المؤمنُون Ayahs 118
23 : 77

حَتَّىٰٓ إِذَا فَتَحۡنَا عَلَيۡهِم بَابٗا ذَا عَذَابٖ شَدِيدٍ إِذَا هُمۡ فِيهِ مُبۡلِسُونَ

Gushika igihe Twabugururiye umuryango w’ibihano bikaze mu buzima bw’inyuma yo gupfa, bagaheza bakihebura muri nya bihano, batagira ayo bacira n’ayo bamira.