23 : 6
إِلَّا عَلَىٰٓ أَزۡوَٰجِهِمۡ أَوۡ مَا مَلَكَتۡ أَيۡمَٰنُهُمۡ فَإِنَّهُمۡ غَيۡرُ مَلُومِينَ
Kiretse ku bakenyezi babo canke abo bagaba mu ncoreke, kuri abo nta kibi kiri mu kubabira n’ibindi bijanye no kwabira;