Skip to content
المؤمنُون /

Ayah 5

23 : 5
المؤمنُون Ayahs 118
23 : 5

وَٱلَّذِينَ هُمۡ لِفُرُوجِهِمۡ حَٰفِظُونَ

Bagacungera n’ubwambure bwabo mu kudasambana;

Explanation & meanings · 1
  1. Ukudasambana ni ukutipfuza guhuza ibitsina ku babisangiye canke ku batabisangiye, n’ibindi bibi bijanye n’ubusambanyi.