Skip to content
المؤمنُون /

Ayah 42

23 : 42
المؤمنُون Ayahs 118
23 : 42

ثُمَّ أَنشَأۡنَا مِنۢ بَعۡدِهِمۡ قُرُونًا ءَاخَرِينَ

Mu nyuma y’abantu ba Hudi rero, Twagize iyindi migwi y’abantu barungikiwe Intumwa Luutwi, Shu’ayibu, Ayubu na Yunusu (ba nyakugira amahoro y’Imana Allah).