23 : 41
فَأَخَذَتۡهُمُ ٱلصَّيۡحَةُ بِٱلۡحَقِّ فَجَعَلۡنَٰهُمۡ غُثَآءٗۚ فَبُعۡدٗا لِّلۡقَوۡمِ ٱلظَّٰلِمِينَ
Ntibwakeye kabiri, ni ho rero abantu ba Hudi bahitanwa n’ibihano vy’ukuri bihonya, maze Tubagira nk’ivyaciriwe n’inkukura hirya n’ino y’umugende. Haragahona rero abantu birenganije mu kugarariza Intumwa.