Skip to content
Al-Mu-minuuna /

Ayah 116

23 : 116

Ayah 116 of Al-Mu-minuuna (23 : 116). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Al-Mu-minuuna Ayahs 118
Surah · Al-Mu-minuuna
Ikirundi · Gehiti
23 : 116

فَتَعَٰلَى ٱللَّهُ ٱلۡمَلِكُ ٱلۡحَقُّۖ لَآ إِلَٰهَ إِلَّا هُوَ رَبُّ ٱلۡعَرۡشِ ٱلۡكَرِيمِ

Nihahabwe icubahiro nta ngere Imana Allah, Umwami Aganza vyose, Nyakuri, nta mana ibwirijwe gusengwa atari Yo, Imana Rurema w’Ubuhangamo bwubashwe.

Explanation & meanings · 1
  1. Ukubaho kwayo n’ibikomoka kuri Yo vyose, ni ukuri, nta makenga canke amazinda ari mu mazina n’amatazirano yayo, kibure mu bumana bwayo.