Skip to content
الحج /

Ayah 7

22 : 7

Ayah 7 of الحج (22 : 7). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الحج Ayahs 78
Surah · الحج
Ikirundi · Gehiti
22 : 7

وَأَنَّ ٱلسَّاعَةَ ءَاتِيَةٞ لَّا رَيۡبَ فِيهَا وَأَنَّ ٱللَّهَ يَبۡعَثُ مَن فِي ٱلۡقُبُورِ

Nya vyemezo birerekana kandi ko isango ry’umuhero w’isi rigiye gushika ata gisivya, n’uko Imana Allah Izozura abapfuye kugira Ibaharurire, Iheze Ibahembere ivyo bakoze.