22 : 50
فَٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ وَعَمِلُواْ ٱلصَّٰلِحَٰتِ لَهُم مَّغۡفِرَةٞ وَرِزۡقٞ كَرِيمٞ
Abemeye rero Imana Allah n’Intumwa yayo bagakora n’ivyiza bitegetswe, bazogumirizwa akabanga ku vyaha vyabo ntibabihanirwe mu buzima bw’inyuma yo gupfa, bazonaronka n’impano zubashwe kandi zamaho mu Bwami bw’ijuru;