Skip to content
الحج /

Ayah 44

22 : 44

Ayah 44 of الحج (22 : 44). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الحج Ayahs 78
Surah · الحج
Ikirundi · Gehiti
22 : 44

وَأَصۡحَٰبُ مَدۡيَنَۖ وَكُذِّبَ مُوسَىٰۖ فَأَمۡلَيۡتُ لِلۡكَٰفِرِينَ ثُمَّ أَخَذۡتُهُمۡۖ فَكَيۡفَ كَانَ نَكِيرِ

Abanya Madiyana bahakanye Shu’ayibu, Musa yahakanywe na Firawuni n’abantu biwe. Nahavuye rero Ntenyenya sinihutira guhana abo bagarariji, hanyuma ni ho Nafata umugwi umwumwe nkawuhana bikwiye. Mbega none ukubihaniza kwanje Jewe Allah ko batogarariza n’uko batokwihakana inema zanje, vyabashikanye kuki atari ibihano!