21 : 49
ٱلَّذِينَ يَخۡشَوۡنَ رَبَّهُم بِٱلۡغَيۡبِ وَهُم مِّنَ ٱلسَّاعَةِ مُشۡفِقُونَ
Abatinya ibihano vy’Imana yabo Rurema Allah kandi batayibona, bakanagira impungenge zo gutinya umusi w’umuhero w’isi.