Skip to content
Al-Ambiyaa-i /

Ayah 44

21 : 44

Ayah 44 of Al-Ambiyaa-i (21 : 44). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Al-Ambiyaa-i Ayahs 112
Surah · Al-Ambiyaa-i
Ikirundi · Gehiti
21 : 44

بَلۡ مَتَّعۡنَا هَٰٓؤُلَآءِ وَءَابَآءَهُمۡ حَتَّىٰ طَالَ عَلَيۡهِمُ ٱلۡعُمُرُۗ أَفَلَا يَرَوۡنَ أَنَّا نَأۡتِي ٱلۡأَرۡضَ نَنقُصُهَا مِنۡ أَطۡرَافِهَآۚ أَفَهُمُ ٱلۡغَٰلِبُونَ

Ahubwo abagarariji hamwe n’abavyeyi babo, Twabahaye ibihendamaso vy’isi mu matungo n’ibibondo hamwe no kuramba, bituma bihenda ko babihawe ku butore bwabo, gutyo batsimbatara ku bugarariji. Mbega abagarariji, ntibabonye ko Twebwe Allah Dufata isi Tukagabanya inkengera zayo ku kuneshwa kw’abo mu mihingo y’isi, ni bo rero botunanira guhana!

Explanation & meanings · 1
  1. Maze abislamu bakigarurira ibihugu vy’ababangikanyamana.