Skip to content
الأنبيَاء /

Ayah 37

21 : 37

Ayah 37 of الأنبيَاء (21 : 37). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الأنبيَاء Ayahs 112
21 : 37

خُلِقَ ٱلۡإِنسَٰنُ مِنۡ عَجَلٖۚ سَأُوْرِيكُمۡ ءَايَٰتِي فَلَا تَسۡتَعۡجِلُونِ

Burya kamere y’umuntu, ni uguhutagiza ibintu. Bagarariji! Jewe Allah, bitebe bitebuke, Nzobereka ibihano vyanje, ntimurinde kwihutira gusaba ko vyobashikira.

Explanation & meanings · 1
  1. Abakorayishi bihutiye gusaba ibihano ku gahigihigi, Imana Allah Ica Irabagabisha.