Skip to content
البَقَرَة /

Ayah 98

2 : 98

Ayah 98 of البَقَرَة (2 : 98). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

البَقَرَة Ayahs 286
2 : 98

مَن كَانَ عَدُوّٗا لِّلَّهِ وَمَلَٰٓئِكَتِهِۦ وَرُسُلِهِۦ وَجِبۡرِيلَ وَمِيكَىٰلَ فَإِنَّ ٱللَّهَ عَدُوّٞ لِّلۡكَٰفِرِينَ

Uwuzoba umwansi w’Imana Allah n’abamalayika bayo, n’Intumwa zayo mu bamalayika no mu bantu, na canecane abamalayika Jibrili na Mikayeli, namenye ko Imana Allah ari Umwansi w’abagararije ivyahishuwe muri Qor’ani”.

Explanation & meanings · 1
  1. Abayahudi bibwira ko Jibrili ari umwansi wabo n’uko Mikayeli ari umuhagarikizi wabo.