Skip to content
البَقَرَة /

Ayah 89

2 : 89

Ayah 89 of البَقَرَة (2 : 89). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

البَقَرَة Ayahs 286
2 : 89

وَلَمَّا جَآءَهُمۡ كِتَٰبٞ مِّنۡ عِندِ ٱللَّهِ مُصَدِّقٞ لِّمَا مَعَهُمۡ وَكَانُواْ مِن قَبۡلُ يَسۡتَفۡتِحُونَ عَلَى ٱلَّذِينَ كَفَرُواْ فَلَمَّا جَآءَهُم مَّا عَرَفُواْ كَفَرُواْ بِهِۦۚ فَلَعۡنَةُ ٱللَّهِ عَلَى ٱلۡكَٰفِرِينَ

Igihe Bene Israyeli bashikirizwa Igitabu ca Qor’ani kivuye ku Mana Allah gishimangira ivyo basanganwe muri Tawurati n’Injili, barakigararije barahakana n’Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), kandi imbere y’aho bahora basaba Imana ko botsinda abagarariji bari kumwe n’Intumwa ya nyuma yimirije gushika. Iyo Ntumwa rero imaze kubashikira irangwa n’ivyo bari bazi muri Tawurati, barayigararije ku mvo z’uko itavuye muri bo. Abagarariji barakavumwa n’Imana Allah.