Skip to content
البَقَرَة /

Ayah 68

2 : 68

Ayah 68 of البَقَرَة (2 : 68). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

البَقَرَة Ayahs 286
2 : 68

قَالُواْ ٱدۡعُ لَنَا رَبَّكَ يُبَيِّن لَّنَا مَا هِيَۚ قَالَ إِنَّهُۥ يَقُولُ إِنَّهَا بَقَرَةٞ لَّا فَارِضٞ وَلَا بِكۡرٌ عَوَانُۢ بَيۡنَ ذَٰلِكَۖ فَٱفۡعَلُواْ مَا تُؤۡمَرُونَ

Baraheza bavuga bati: “Dusabire Imana yawe Rurema Allah Idusobanurire ibiranga iyo nka”. Maze ibishura iti: “Mu vy’ukuri, Imana Allah Ibabwira Iti: “Ibiranga iyo nka, ntishaje, kandi si ishashi, ni iyiri hagati na hagati y’izo. Kubera ivyo rero, nimushire mu ngiro ivyo mutegetswe””.