Skip to content
Mar-yam /

Ayah 26

19 : 26

Ayah 26 of Mar-yam (19 : 26). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Mar-yam Ayahs 98
Surah · Mar-yam
Ikirundi · Gehiti
19 : 26

فَكُلِي وَٱشۡرَبِي وَقَرِّي عَيۡنٗاۖ فَإِمَّا تَرَيِنَّ مِنَ ٱلۡبَشَرِ أَحَدٗا فَقُولِيٓ إِنِّي نَذَرۡتُ لِلرَّحۡمَٰنِ صَوۡمٗا فَلَنۡ أُكَلِّمَ ٱلۡيَوۡمَ إِنسِيّٗا

Uheze urye kuri nya tende, unywe no ku mazi y’uwo mugende, maze utekane ku mutima n’ikibondo cawe. Nihagira uwo ubona mu bantu, akakubaza ku vyagushikiye, uraheza umwishure uti: “Jewe mu vy’ukuri, niyemeje kuri Nyenimpuhwe Allah kwinumira; kubera ivyo rero, kuri uno musi simvugisha umuntu n’umwe””.

Explanation & meanings · 1
  1. Ico gihe ukunuma, umuntu avyiyemeje, kwari mu bikorwa vyo kwiyegereza ku Mana Allah. Iryo bwirizwa ryarakuwe mu mabwirizwa yahawe Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah).