18 : 72
قَالَ أَلَمۡ أَقُلۡ إِنَّكَ لَن تَسۡتَطِيعَ مَعِيَ صَبۡرٗا
Khadwiri aca abwira Musa amwibutsa ivyo basezeranye ati: “Sinari nakubwiye ko mu vy’ukuri wewe udashoboye kwihanganira kugumana nanje!”.
Ayah 72 of الكَهف (18 : 72). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.