Skip to content
الإسرَاء /

Ayah 75

17 : 75
الإسرَاء Ayahs 111
Surah · الإسرَاء
Ikirundi · Gehiti
17 : 75

إِذٗا لَّأَذَقۡنَٰكَ ضِعۡفَ ٱلۡحَيَوٰةِ وَضِعۡفَ ٱلۡمَمَاتِ ثُمَّ لَا تَجِدُ لَكَ عَلَيۡنَا نَصِيرٗا

Iyo uhirahira rero ugahengamira na gato ku ruhande rwabo, ni ukuri Twari guca Tuguha ibihano bigwijwe na kabiri mu buzima bwo kw’isi, n’ibihano bigwijwe na kabiri nyene igihe uri ku mpfiro, hanyuma ntiworonse umuntu n’umwe agutabara ngo agukureko ibihano vyacu.

Explanation & meanings · 1
  1. Ivyo bihano, vyari kugwizwa na kabiri ku Ntumwa (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) iyo iborohera mu guhengamira ku ruhande rwabo, kuko Imana Allah Yayihaye inema nyinshi, Iyigisha n’ubumenyi bwinshi bituma ikwiye gutsimbatara ku kuri.