Skip to content
الإسرَاء /

Ayah 14

17 : 14
الإسرَاء Ayahs 111
Surah · الإسرَاء
Ikirundi · Gehiti
17 : 14

ٱقۡرَأۡ كِتَٰبَكَ كَفَىٰ بِنَفۡسِكَ ٱلۡيَوۡمَ عَلَيۡكَ حَسِيبٗا

Azobwirwa ati: “Isomere igitabu canditswemwo ibikorwa vyawe, uno musi ni wewe nyene ukwiye kwimenyera ido n’ido ivyo wakoze, uheze umenye n’impembo yawe ubwawe nyene”.

Explanation & meanings · 1
  1. Umuntu rero azoshobora kwisomera ivyanditswe mu gitabu ciwe, n’aho yoba atigeze amenya gusoma no kwandika akiri kw’isi.