Skip to content
النَّحل /

Ayah 94

16 : 94
النَّحل Ayahs 128
Surah · النَّحل
Ikirundi · Gehiti
16 : 94

وَلَا تَتَّخِذُوٓاْ أَيۡمَٰنَكُمۡ دَخَلَۢا بَيۡنَكُمۡ فَتَزِلَّ قَدَمُۢ بَعۡدَ ثُبُوتِهَا وَتَذُوقُواْ ٱلسُّوٓءَ بِمَا صَدَدتُّمۡ عَن سَبِيلِ ٱللَّهِ وَلَكُمۡ عَذَابٌ عَظِيمٞ

Ntimukagire rero indahiro zanyu mwarahiye hagati yanyu uruhendo, kuko mwohava muhungabana maze mugahona inyuma y’aho mwari mutekanye; mukaba nk’umuntu yanyereye agatemba nk’amazi inyuma y’aho yari ahagaze bwuma, mukanahonja n’ibihano vyo kw’isi kuko mwabaye imvo yo kuburagiza abantu kwinjira mu bwislamu, muranategekanirijwe ibihano rutura mu buzima bw’inyuma yo gupfa.

Explanation & meanings · 1
  1. Ni iburagizwa riterwa no guhemuka kwanyu ku masezerano no kwisubirako mu ndahiro.