Skip to content
An-Nahl /

Ayah 9

16 : 9

Ayah 9 of An-Nahl (16 : 9). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

An-Nahl Ayahs 128
Surah · An-Nahl
Ikirundi · Gehiti
16 : 9

وَعَلَى ٱللَّهِ قَصۡدُ ٱلسَّبِيلِ وَمِنۡهَا جَآئِرٞۚ وَلَوۡ شَآءَ لَهَدَىٰكُمۡ أَجۡمَعِينَ

Imana Allah Ijejwe kubatomorera inzira yayo y’ubwislamu igororotse. Hambavu y’ivyo, hari n’izindi nzira ziciye kubiri n’ubwislamu, zihubisha . Iyo rero Imana Allah Ibishaka, Yari kubarongora mwese mu nzira yayo;

Explanation & meanings · 1
  1. Inzira zihubisha, ni inzira y'idini canke iciyumviro giciye kubiri n'ubwislamu.