16 : 58
وَإِذَا بُشِّرَ أَحَدُهُم بِٱلۡأُنثَىٰ ظَلَّ وَجۡهُهُۥ مُسۡوَدّٗا وَهُوَ كَظِيمٞ
Iyo hagize umwe muri bo ahabwa inkuru yuko yibarutse umwana w’umukobwa, yirirwa yijiriwe mu maso n’ishavu n’akantu;