Skip to content
An-Nahl /

Ayah 105

16 : 105

Ayah 105 of An-Nahl (16 : 105). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

An-Nahl Ayahs 128
Surah · An-Nahl
Ikirundi · Gehiti
16 : 105

إِنَّمَا يَفۡتَرِي ٱلۡكَذِبَ ٱلَّذِينَ لَا يُؤۡمِنُونَ بِـَٔايَٰتِ ٱللَّهِۖ وَأُوْلَٰٓئِكَ هُمُ ٱلۡكَٰذِبُونَ

Mu vy’ukuri, abarementaniriza Imana Allah, ni abatemera Imana Allah n’ivyemezo vyayo, abo ni na bo babeshi ruhebwa rero;

Explanation & meanings · 1
  1. Nayo Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) yemera ikanicisha bugufi ku Mana Allah, ni ikizira kikaziririzwa ko yobeshera Imana Allah mu gushikiriza ivyo itahishuriwe na Yo.