Skip to content
Al-Hijr /

Ayah 18

15 : 18

Ayah 18 of Al-Hijr (15 : 18). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Al-Hijr Ayahs 99
Surah · Al-Hijr
Ikirundi · Gehiti
15 : 18

إِلَّا مَنِ ٱسۡتَرَقَ ٱلسَّمۡعَ فَأَتۡبَعَهُۥ شِهَابٞ مُّبِينٞ

Kiretse iyigerageje mu mashetani gusuma urusaku ku nkuru z’ibiremwa vyo mw’ijuru, iyo iraheza igaterwa inyenyeri nyakotsi yakaka, ikayiturira .

Explanation & meanings · 1
  1. Hari igihe bishika ko shetani isuma urusaku ku nkuru z’ibibera mw’ijuru, ikanarungikira indongozi yayo zimwe muri nya nkuru imbere yuko iterwa inyenyeri nyakotsi, ikayiturira.