Skip to content
يُوسُف /

Ayah 85

12 : 85

Ayah 85 of يُوسُف (12 : 85). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

يُوسُف Ayahs 111
Surah · يُوسُف
Ikirundi · Gehiti
12 : 85

قَالُواْ تَٱللَّهِ تَفۡتَؤُاْ تَذۡكُرُ يُوسُفَ حَتَّىٰ تَكُونَ حَرَضًا أَوۡ تَكُونَ مِنَ ٱلۡهَٰلِكِينَ

Nya bana biwe bamubwiye bati: “Kw’izina ry’Imana Allah, ubwo uracakomeza kwibuka Yusufu n’imyaka yose ihaciye, gushika n’aho wenda guhwera canke ugahwera koko!”.