Skip to content
يُوسُف /

Ayah 8

12 : 8

Ayah 8 of يُوسُف (12 : 8). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

يُوسُف Ayahs 111
Surah · يُوسُف
Ikirundi · Gehiti
12 : 8

إِذۡ قَالُواْ لَيُوسُفُ وَأَخُوهُ أَحَبُّ إِلَىٰٓ أَبِينَا مِنَّا وَنَحۡنُ عُصۡبَةٌ إِنَّ أَبَانَا لَفِي ضَلَٰلٖ مُّبِينٍ

Igihe benewabo kuri se bavugana hagati yabo bati: “Ni ukuri, Yusufu na murumunawe barakundwa cane na data kuturusha kandi ari twebwe turi benshi. Mu vy’ukuri, data agira ikosa rigaragara;

Explanation & meanings · 1
  1. Mwenewabo bavukana kuri se na nyina.