12 : 72
قَالُواْ نَفۡقِدُ صُوَاعَ ٱلۡمَلِكِ وَلِمَن جَآءَ بِهِۦ حِمۡلُ بَعِيرٖ وَأَنَا۠ بِهِۦ زَعِيمٞ
Nya muraritsi n’abo bari kumwe bati: “Tubuze igipimo umwami ageresha, kandi ikibonamaso c’uwukizana, ni imfungurwa zotwarwa n’igitwazi”. Umuraritsi aca yongerako ati: “Ni nanje mbere niyemeje kumushikiriza nya kibonamaso”.