Skip to content
هُود /

Ayah 83

11 : 83
هُود Ayahs 123
Surah · هُود
Ikirundi · Gehiti
11 : 83

مُّسَوَّمَةً عِندَ رَبِّكَۖ وَمَا هِيَ مِنَ ٱلظَّٰلِمِينَ بِبَعِيدٖ

Ayo mabuye yariko ibimenyetso biturutse ku Mana yawe Rurema Allah, bituma adasa n’amabuye yo kw’isi; kandi icucagira ry’amabuye Twahanishije abantu ba Luutwi, ntiriri kure ko ryoshikira abagarariji b’Abakorayishi birenganije.

Explanation & meanings · 1
  1. Iyi Aayah irihaniza intumva z’ibigaba izereka ko zishobora guhanwa.