Skip to content
هُود /

Ayah 121

11 : 121

Ayah 121 of هُود (11 : 121). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

هُود Ayahs 123
Surah · هُود
Ikirundi · Gehiti
11 : 121

وَقُل لِّلَّذِينَ لَا يُؤۡمِنُونَ ٱعۡمَلُواْ عَلَىٰ مَكَانَتِكُمۡ إِنَّا عَٰمِلُونَ

Ntumwa y’Imana! Bwira rero abatemera Imana Imwe Rudende Allah uti: “Nimukore ivyo mukora vyose uko muvyipfuza mu kubangamira Intumwa n’abemeramana, na twe nyene dukora ivyo dukora vyose twubahiriza amabwirizwa y’Imana Allah;