Skip to content
يُونس /

Ayah 85

10 : 85
يُونس Ayahs 109
Surah · يُونس
Ikirundi · Gehiti
10 : 85

فَقَالُواْ عَلَى ٱللَّهِ تَوَكَّلۡنَا رَبَّنَا لَا تَجۡعَلۡنَا فِتۡنَةٗ لِّلۡقَوۡمِ ٱلظَّٰلِمِينَ

Abantu ba Musa baciye bamwishura bavuga bati: “Twaramaze kwizera Imana Imwe Rudende Allah. Mana yacu Nzima! Ntutugire imvo y’igeragezwa mw’idini ku bantu birenganya mu kurenga ku mabwirizwa yawe;

Explanation & meanings · 1
  1. Mu gushoboza abagarariji kutunesha bagashoka bavuga ngo iyo idini ryabo riba iry’ukuri, ntibari kuneshwa.