Skip to content
يُونس /

Ayah 7

10 : 7

Ayah 7 of يُونس (10 : 7). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

يُونس Ayahs 109
Surah · يُونس
Ikirundi · Gehiti
10 : 7

إِنَّ ٱلَّذِينَ لَا يَرۡجُونَ لِقَآءَنَا وَرَضُواْ بِٱلۡحَيَوٰةِ ٱلدُّنۡيَا وَٱطۡمَأَنُّواْ بِهَا وَٱلَّذِينَ هُمۡ عَنۡ ءَايَٰتِنَا غَٰفِلُونَ

Mu vy’ukuri, abatizeye ko bazozuka bagahura na Twebwe Allah mu buzima bw’inyuma yo gupfa, kugira bahemberwe ivyo bakoze, bakishimira ubuzima buciriritse bwo kw’isi, bakanabwigura, hamwe n’abagoswe mu kutemera Aayah n'ivyemezo vyacu ;

Explanation & meanings · 2
  1. Abatemera ko hari iharurirwa ry’ibiremwa kugira bihemberwe ivyo vyakoze.
  2. Ivyemezo bibonekera mu vyo Twaremye no mu vyo Twamanuye muri Qor’ani.