Skip to content
التوبَة /

Ayah 92

9 : 92

Ayah 92 of التوبَة (9 : 92). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

التوبَة Ayahs 129
Surah · التوبَة
Ikirundi · Gehiti
9 : 92

وَلَا عَلَى ٱلَّذِينَ إِذَا مَآ أَتَوۡكَ لِتَحۡمِلَهُمۡ قُلۡتَ لَآ أَجِدُ مَآ أَحۡمِلُكُمۡ عَلَيۡهِ تَوَلَّواْ وَّأَعۡيُنُهُمۡ تَفِيضُ مِنَ ٱلدَّمۡعِ حَزَنًا أَلَّا يَجِدُواْ مَا يُنفِقُونَ

Ntumwa y’Imana! Eka nta n’icaha ku baje bakugana bashaka ko ubafasha icobashikana ku rugamba, maze ukababwira uti: “Nta bitwazi noronka vyobashikana ku rugamba!”, bagaca basubira inyuma amosozi yicunda bishwe n’agahinda n’akantu ko kutagira ico batanga n’icobashikana ku rugamba.