Skip to content
التوبَة /

Ayah 39

9 : 39

Ayah 39 of التوبَة (9 : 39). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

التوبَة Ayahs 129
Surah · التوبَة
Ikirundi · Gehiti
9 : 39

إِلَّا تَنفِرُواْ يُعَذِّبۡكُمۡ عَذَابًا أَلِيمٗا وَيَسۡتَبۡدِلۡ قَوۡمًا غَيۡرَكُمۡ وَلَا تَضُرُّوهُ شَيۡـٔٗاۗ وَٱللَّهُ عَلَىٰ كُلِّ شَيۡءٖ قَدِيرٌ

Bemeramana! Nimutasidukana n’iyonka mukaja kurwanya abansi banyu, Imana Allah Izobaha ibihano bibabaza, Iheze Izane abandi bantu batari nkamwe bagamburukira Imana Allah n’Intumwa yayo, kandi nta n’ico muzokwicira Imana Allah. Burya Imana Allah, ni Mushoboravyose, Irashoboye gukingira idini ryayo n’Intumwa yayo.